Web
Analytics Made Easy - StatCounter
Jump to Navigation

COMMUNIQUE DE PRESSE

LE MINISTERE DE LA FONCTION PUBLIQUE, DU TRAVAIL ET DE L’EMPLOI (MFPTE) INFORME TOUS LES FONCTIONNAIRES DE L’ETAT, QUE DANS LE BUT DE BIEN CELEBRER LES FETES DE FIN D’ANNEE, LEURS SALAIRES DU MOIS DE DECEMBRE 2015 SONT DEJA DISPONIBLE SUR LEURS COMPTES BANCAIRES.

LE MINISTERE DE LA FONCTION PUBLIQUE, DU TRAVAIL ET DE L’EMPLOI  VOUS SOUHAITE UNE BONNE FETE DE NOEL ET DU NOUVEL  AN.

 

ITANGAZO RY’UBUSHIKIRANAGANJI BW’ABAKOZI N’AKAZI.

UBUSHIKIRANGANJI BW’ABAKOZI N’AKAZI BURAMENYESHEJE ABAKOZI BA LETA, KO MUNTUMBERO YO GUHIMBAZA NEZA  IMINSI MIKURU YO GUSOZERA UMWAKA,  IMISHAHARA Y’ABO Y’UKWEZI KWA KIGARAMA YAMAZE GUSHIKA MU MA BANKI BAHEMBERWAMWO.

UBUSHIKIRANGANJI BW’ABAKOZI N’AKAZI BUBONEYEHO NO KWIFURIZA ABAKOZI BOSE IMISI MIKURU MYIZA YA NOEL N’UMWAKA MUSHASHA WA 2016.

 



Main menu 2

Publication | by Dr. Radut